BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Benin: Kuki ingabo zananiwe gukora iyi Coup d'état, mu gihe abandi bo mu karere babigezeho?
Abateguye guhirika ubutegetsi ntibamenye neza uko abaturage batekereza n'amasomo abaturanyi ba Benin bavanye mu makosa yabaye mbere, nk'uko bivugwa n'umusesenguzi Paul Melly.
Rwanda: Uwabyaye ku myaka 16 yariyubatse anafasha abandi
Abakobwa babyara bakiri abangavu bahura n’imibereho itaboroheye, bamwe bava mu mashuri,abandi imiryango irabirukana bagatangira ubuzima bubi, ariko hari icyizere ko izuba ryongera kurasa.
M23 ivuga ko yafashe igisagara ca Uvira
Reta ya Repubulika ya Demokarasi ya Congo ivuga ko yategetse ingabo zayo kutivuna umuhari uyigwanya wa M23, mu kwirinda ko abasivire bahasiga ubuzima.
U Rwanda rushinja FARDC na FDNB kurenga ku masezerano y'amahoro, mu gihe rwongeye gusabwa gucyura ingabo
Leta y'u Rwanda yashinje FARDC kuba yari imaze amezi itegura ibi bitero byatangijwe mu cyumweru gishize mu ntara ya Kivu y'Epfo, ibyo yo yahakanye.
Rwanda: Urubanza rwa Vincent Murekezi uregwa jenoside rwasubitswe
Umwunganizi we yasobanuye ko dosiye ya Vincent Murekezi ari nini cyane, ko bimusaba igihe cyo kuyitegura neza kugira ngo yinjire mu rubanza mu mizi.
RD Congo: Mu gihe Uvira isugerejwe, amakungu asaba M23 n'Urwanda guhagarika ibitero
Ibihugu nka Amerika, Ubudagi, Ubumwe bwa Bulaya, n’Ubwongereza, bivuga ko bitewe impungenge n'uko "izi ntambara nshasha mu micungararo ya Uvira za M23 ifashwa n'Urwanda zishobora gutuma akarere kose gahungabana".
Uburyo bworoheje bushobora kugufasha kubaho igihe kirekire
Ushobora guhitamo kuzamuka amadarage aho gufata ascenseur, kugenda wihuta ujya ku iduka, gukina n’abana mu rugo, cyangwa no gukubura imbuga, ndetse no gukaraba ukorana imbaraga mbese wabishishikariye.
Uburundi na RD Congo vyagiriza Urwanda ko ruriko rutoba amasezerano yo guhagarika intambara
Urwanda nta co rurashikiriza ku vyo rwagirizwa na reta y'Uburundi ivuga ko AFC/M23 n'Urwanda barondera gufata Uvira imbere y'uwa 25 Kigarama (12) uno mwaka.
Uburundi bunanirwa no gukoresha amafaranga buhabwa kubera gukoresha abantu batabishoboye - PARCEM
PARCEM ibona ko iyo ngorane iterwa n'ingendo yo kurya ibiturire, kunyonyeza no gukoresha abantu batabishoboye isa n'iyatse indaro mu Burundi.
Wari uzi ko siporo yo kwiruka ifasha mu kurwanya umuhangayiko?
Mu gihe urimo kwiruka, umubiri n'ubwonko bikorera hamwe mu buryo bw'urusobe, bikavubura imisemburo igira uruhare mu kugabanya umuhangayiko no gutuma wiyumvamo ibyishimo n'imibereho myiza.
Raporo ivuga ko ingabo za Sudani zarashe ibisasu ku mijyi, amasoko n'amashuri bikica abantu amagana
Inyigo irambuye igaragaza ibitero bya gisirikare byo mu kirere by'ingabo za Sudani n'uburyo abasivile babyiciwemo.
Rwanda: Ku ivuko bakuru ba Béatrice Munyenyezi uregwa jenoside bamushinjuye
Mu kwezi kwa kane mu mwaka ushize, yahamwe n'ibyaha bwa jenoside no gusambanya abagore ku gahato, ahanishwa igifungo cya burundu ari na cyo yajuririye.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
RDC: Intambara zikarishe kuva hasinywe amasezerano y'amahoro i Washington, impande zompi zitana bamwana
Mu gihe Repubulika ya Demokarasi ya Congo (RD Congo) n'Urwanda vyateye igikumu ku masezerano y'uguhagarika intambara, haravugwa intambara zikarishe mu kiyaya ca Rusizi ziriko ziha inkumbi.
Burundi: Ba banya-Gatumba bomorwa n'amazi bari mu myidogo iyo bimuriwe i Gateri muri zone Buganda
Abo banyagihugu ni ba bandi bomorwa n'amazi ya Tanganyika yahitanye ibitari bike muri zone Gatumba mu yahoze ari komine Mutimbuzi, mu kwezi kw'indwi mu mwaka uheze.
Menya akamaro ko kuririmba ku buzima bwawe
Guhera ku bwonko kugeza ku mutima, byagaragajwe ko kuririmba bitanga inyungu nyinshi ku babikora, cyane cyane iyo bikozwe mu matsinda
'Ibi byose' ni uko Amerika ishaka guhatana n'Ubushinwa mu bukungu – Umunyamerika asesengura amasezerano y'u Rwanda na DRC
Amerika ihakana ko aya ari amasezerano y'ubucuruzi, gusa Profeseri Jason Stearns avuga ko ari muri gahunda yo kugera ku mabuye y'agaciro ya DRC ngo ishobore guhatana n'Ubushinwa.
Nta guhana ibiganza, Tshisekedi na Kagame bavuze ko bafite "icyizere" mu masezerano basinye
Bari iruhande rwa Trump, kimwe mu byagaragaje ikigero cy'ubushyamirane hagati ya Kagame na Tshisekedi ni ibimenyetso by'umubiri.
Ubwo Ukraine yoba yiziziye amato y'Uburusiya akora mu mpisho muri Afrika?
Nubwo Ukraine itaravyemanga, iki gitero ca bombe caje inyuma y'isekeza ry'ibitero vyakozwe ku mato afatwa ko afitaniye isano n'inyungu z'Uburusiya mu Kiyaga Cirabura.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Ibiganiro bya radiyo
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango









































